Ivya Bainturo bireteje uruhagarara raba vidéo

iyinkuru ya bainturo wewe wayimenye ?

Uyumunsi hiriwe harasirikira amasanamu yumuririmvyi w'umurindi yitwa Bainturo ayomasanamu akaba agarahaza Bainturo arugusa nkuko yavuze nkuko vyanditse nibimenyeshamakuru vyinshi vyomugihugu c'uburundi ngo ayomasanamu Bainturo ntiyashoboye kuvyemera Aho avugaKO arabashaka kumucafuza mbere akagabisha burimuntu wese yama yipfuza gucafuza izina ryiwe raba amafoto

Musomyi mbega naw biramaze gushika barakubeshera ibintu nkivyo mbega nimba vyarashitse wavyakiriye gute wavyitwayemwo gute?Niyahe mbanuro woha abantu nkaba bagira ibibintu tanga impanuro muri commentaire nimba ataco bigutwaye

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact