Imanga Nini iteye ubwoba ihejeje kubomagura amazu menshi Aho bita gabaniro muri muhuta



Biteye ubwoba ngahinda Abantu ntibakironka Ayo bacira nayo bamira biriko biraba biteye ubwob bisize nubwenge 

 ikintu kibaye muri Muhuta gitey'ubwoba kuburyo leta ihejeje guhomba bikomeyAmazu yose yubatswe mumugambi wa Kirasa Energy ahejeje gutwarwa n'imanga nini itey'ubwoba ahitwa Gabaniro muri Muhuta.abantu bahunze abandi bariko biruka bakinjura akarere. biriko biba ubunyene abantu bariko barahunga kandi ni wa mugaga ugenda gushika kuri océan







Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact