Umwana na nyina bazutse inyuma y'amezi abiri bari bamaze bishwe na se w'umwana

 Mugihugu ca Madagascar hibonekeje ibitangaza vyakataraboneka aho umwana na nyina basubiye kugaragara kw'isi y'abazima inyumu y'amezi abiri bapfuye 

Aho ni mugihe havugwa yuko bari bishwe na se w'umwana abaziza kuba batakunze umugore wa kabiri mugihe uwari yishwe yari umugore w mbere.

Iglesias ahagarariye ikinyamakuru new level  mugihugu ca Madagascar aramesha yuko yashitse asanga abantu beshi bajumarariwe abababonye bavuga bati:" twababonye kandi atankovu nimwe bafise."

Mugihe bivugwa yuko bishwe batemeshejwe umupanga.

Musomyi wewe iyi nkuru uyivuzek ik?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact