Umuhungu yariwe n inzoka ivuye mu gitsina c umukobwa mu gihe bariko barakora imibonano mpuzabitsina

 Hamaze imisi hacicikana ku mbuga ngurukanabumenyi umuhungu n umukobwa bivugwa ko boba bari mu rukundo kandi bivugwa ko boba bari mu kwubaka urwabo.Ariko icagiye gutangaza uwo mugabo nuko igihe bari bagiye gukora imibonano mpuzabitsina nkuko benshii babivuga ngo n ugusezera ubusugi nuko inzoka yavuye mu mukobwa ikomora umuhungu.

Nkuko vyemezwa n ababanyi babo bavuga yuko uwo muhungu bari baramuburiye ko umukobwa ari umurozi kandi bikaba bivugwa yuko nyina yoba yaramutanzeko ikimazi.



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact