Yafashwe kunguvu avuye gushwana n'umugore basangiye umugabo

Nkuko muvyibonera nibintu bibabaje kandi biteye n'agahinda.

Uyumugore y'ubatse ugwiwe akaba afise n'abana bashika kuri babiri umuhungu n'umukobwa akaba ari umugore wa mbere kumugabo bubakanye



Ariko biravugwa yuko yarafitaniye amatati n'umugore agira kabiri bivugwa yuko atamukunda mubisanzwe ntibahuza bari bafitaniye ishari mbere bahora bama bashwanye

Ariko ibintu vyaratevye birarenga kuburyo umugore wa kabiri yatumye abagabo bashika kuri bane gufata kunguvu uwo mugore wa mbere kugira ngo amanyama agabanuke.

Musomyi wewe wumva koko iyo ngingo yari ibereye?


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact