Isanganya ryabereye ku musozi umwana w'imyaka 4 yahasize n'ubuzima

 🔴 🙆🏾‍♀️ Ivyononekaye muri rya sanganya ryabera ku musozi



 Ibimaze kumenyekana ni: Umwana w'imyaka 4 niwe yahasize ubuzima, amazu 375 y'abanyagihugu yasambutse, abantu 2.485 baraye bahunze, imirima ingana amahegitari500 yononekaye, inyubakwa zose z'umugambi #Kirasa nazo zarasambutse. Bishikirizwa na buramatari w'intara ya Rumonge



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact