Kwamamaza

publicité

publicite photo new level

New level nurubuga rwatanguye gukora igenekerezo rya 10/08/2023 uru rubuga rusanzwe rukorera cane cane kumbuga ngurukana bumenyi. Uru rubuga kandi dufise icicaro cago gikuru mugisagara ca Bujumbura commune Mukaza
. Intumbero nyamukuru yuru rubuga: New level nikimenyesha makuru gifasha kwamamaza nugushigikira ibikorwa cane cane vyabene guhugu
.uru rubuga New level rwagiyeho kugira rufashe cane cane abajeune bo mugihugu c'uburundi ingene bokwiteza imbere biciye kumbuga ngurukana bumenyi Aho ndavuga imbuga ngurukana bumenyi zikunzwe gukoresha mugihugu c'uburundi
.turugisha ingene woteza imbere imbuga zawe gushika Aho ziguhemba mukiringo higo cane turigisha kandi ivyugwa bigezweho nacane cane bijanye nimbuga ngurukana bumenyi Reka tukwamamarize hama ibikorwa vyawe bimenyekane nawe uharonkere inyungu
. kugira wiyandikishe kugira tukwamamarize uzuza ibi bikurikira


wupfuza ko twokwamamariza uzuza ibisabwa aha

wipfuza kuja mumugwi wa new level
wokwamamaza kugira
tuguhembere ibikorwa uzuza ibikenewe ngaha


wipfuza kutwandikira

Formulaire de contact