Événement :raba ibizoba nivyabaye kwisi yose


événement

New level nikinyamakuru camamaza kikongera kikigisha ivyubuhinga ngurukana bumenyi aha urahasanga evenement zitandukanye haba imizik ijambo ryimana ndetse nama concert yabaririmvi batandukanye urahabonera vyinshi bizoba bikagufasha kwitegurira neza ivyo birori ukanavyitegurira new level rero nicogituma yasizeho ururubuga kugira ibafashe kumenya vyinshi bizoba haba nkibiteramo vyubutumwa bwiza canke indirimbo zigiye zitandukanye zigiye gusohoka nibindi vyinshi bitandukanye ntutangwe rero kwirabira vyinshi mubiteramo bizoba .


fyonda ngaha wirabire evenement


wipfuza kutwandikira canke kuduterera gacumu kubumwe cnke wipfuzako twokwamamariza twakure uciye ngaho


The Biggest media in BURUNDI

©Copyright New level media-2023 all rigths reserved

Formulaire de contact