Kuruyu wakane igenekerezo rya18 ndamukiza
Mugatumba invura yasubiye kugwa arinyishi yonona ibintu vyishi
Amazu menshi yononekaye ibitungwa n'imirima vyatwawe amabarabara arasiba kubera umwuzure
Abanyagihugu baridoga cane kuko ibikorwa vyabo vyahagaze
Benshi ntibagira ahobaja bakongera bagasaba reta koyogira ico yokora mugutorera inyishu ico kibazo gihanze abo banyagihugu bo mugatumba
Tags
Amakuru