Menya vyinshi utaruzi ntamukuru abura mukuruwe the ben ubwiye yaravyivugiye

the ben ngo numwuzukuru wa big fizzo isomere inkuru yose ngaha

 Uwusanzwe Ariwe yahoze ari Manager wa The ben Ariwe Muyoboke Yivugiye yuko Umuririmvyi Big Fizzo



 Big fizzo niwe yamenyekanidhije umuririmvyi  Ariwe  Tom Close kundirimbo (Baza )haheze imyaka 13 ivyo biravugwa cane nuwahoze ari manager wa tom close mbere Ubu akaba ari manager w'umuririmvyi the ben 
Abenshi rero kuvaho the ben aziriyd muburundi barashoboye kuvuga amajambo menshi ngo the ben numwami Ndetse ngo arenze Big fizzo oya haba namba Big fizzo numu Legend kand birazwi nkuko nabamentesha makuru bomurwanda nabi nyene baravyivugira.

Ngiyu inkuru utaruzi  Big fizzo niwe yafashije tom close kuzamuka
Munyuma Tom close niwe yaje kuduza The ben kundirimbo nka (Sinarinkuzi )imaze imyaka igera kuri 12 isohotse hamwe nindirimbo yamenyekanye caane yitwa (Thnkyu) imaze imyaka itanu. Mbega Big fizzo kuri the ben Yoba yarakwiye izina iryahe⁉️("umwuzukuru")

Nkuko thé ben ubwiwe yavyivuguy mumajambo Ndetse mubimenyeshamakuru bitandukanye yaravuzeko nawe yakunze yumviriza INDIRIMBO za Big fizzo Ndetse yari nkicitegererezo kuritwe .Big fizzo rero nuwo kwubahwa Ndetse ntakwiye kugereranywa nuwariwe wese mukarere ka Africa yubuseruko

Sivyo Gusa Big fizzo yafashije abantu benshi duhereye muburundi novuga abaririmyi benshi bazamukiye murugo iwe ndavuga (bantu bwoy Entertainment)nka : double Jay,kilikou akili, drama t nabandi benshi bomugihugu kibanyi c'urwanda nka Charlie na Nina.
Big fizzo yubahwe.
Îb

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact