havumbuwe inzoka ipima imetero 15 z'uburebure iyinzoka yoba iri munzoka nini cane kwisi



kuva imyaka nimyaka ibihumbi isi yabaho, ukubaho kwinzoka nini zankiye amateka vyabaye nibintu vyinshi ibintu  vyavumbuwe  kuva kera arko iyi nzoka yayobeye abahinga : havumbuwe ibisigarira vyinzoka ipima imetero 15 z'uburebure ndetse abahinga bakavugako iyinzoka yoba iri munzoka nini cane kwisi ,ibi vyandikwa n'ibitabo vyamateka kandi vyasizwe n'abahinga nabakunda amateka.

Ubuvumbuzi

Ivumburwa ryibi bitangaza vyakoze nabashakashatsi bakomeye  abanya amateka ,vyabereye ahantu hatazwi, vyihishe mumateka yabahinga ntawundi muntu azi ahohantu. Nkuko ibinyamakuru bibivuga,ibinyamakuru bivugako  vyavumbuwe mu matongo atavuzwe ariho basanze ibisigazwa by’inzoka vyavumbuwe mu gihe cy’urugendo rwo mw'ibanga. 

raba video ubone iyonzoka bavuga



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact