yibarutse umwana atangaje asa ningurube beshi bavuzeko yoba yasambanye ningurube imana igiye kurandura isi raba video (video)

birabatangaje ndetse birateye agahinda

biriko biravugwa cane mugihugu ca zimbabwe umugore yibarutse umwana atangaje aho biriko biratangaza abantu beshi birateye agahinda n'ubwoba.

mugihugu ca zimbabwe neza na neza mugisagara ca kadoma muntara ya mashonaland occidental ejo kumunsi wimana hiriwe haravugwa inkuru yumukenyezi yibarutse umwana atangaje afise isura igomba gusa nkingurube, aho havuzwe vyinshi kuruyo mwana benshi bavugako uyomukenyezi yasenga ibintazi aho bivugwako yamara amezi menshi mwishamba yabuzwe irengero bakavugako uyo mukenyezi yoba yaryamanye ningurube ariko ahamura ,ariko abandi nabo bavugako aribitangaza imana iriko irerekana bakavugako muminsi yanyuma hazobaho ibitangaza vyinshi ngo nico coba arigitangaza ndetse bakavugako imana yashatse kwerekana ububasha bwayo; ngo narirya uwo mukenyezi atemera imana.kugeza ubu ntamakuru yizewe aravugwa kuko kugeza ubu uwo mukenyezi acibaruka yaciye arwara cane ndetse benshi bavugako ashobora gupfa 



basomyi bishitse ugasanga koko uwo mugore yasambanye ningurube kubwawe nakahe kajambo wohaura isi yikigihe kubwanje ndabona isi igiye gushira

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact