Kubera isura yiwe vyatumye umuryango yumugabo wiwe umwanka😭 yarijije benshi

 


Ni inkuru idasanzwe yurukundo RWA janvier na Domitile Babanye imiryango yumugabo itabishaka Kubera uburwayi Domitile afise mumaso yarijije benshi



Janvier ahamya KO ariwe yamuterese nubwo benshi batavyemera Abandanya avugako yabaje kumwanka kuko Domitile atavyiyunvisha KO hobaho umusore amushima bivanye niSura ye



Domitile avugako Ari umuntu asenga cane imbere Yuko bagira marriage yabanje kujana jenvier kumusozi barasenga Niko kumwizera baragira marriage ingingo itashimishijwe nabavyeyi BA janvier nagatoo

Ariko ubu abo bakunzi bakaba bibaniye Neza Baba mu rwanda


Iki Nico bita urukundo nyakuri.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact