Umuririmvyi Diamond platnumz yashinzintahe avugako yesu kristo yabambwe yongera arapfa kubwiwe

 Kuruyu wimana igenejerezo rya7 ndamukiza umuririmvyi wo mugihugu ca Tanzania azwi kwizina rya Diamond plutnamz yinjiye murusengero atangura no gushingintahe



Ivyo vyatangaje benshi kuko baribazi ko ari umu Islam kandi asazwari numafungo

Icatangajabantu gusumba nuko yashinzintahe yemezako yesu kristo yabambwe yongera arapfa azira ivyaha vyiwe ivyo vyateye benshi kuguma bajumarariwe

Tubamenyesheko kandi diamond plutnamz  ariwe yigishije ijambo ryimana 

Bamwe ntubashimishijwe no kuba ariwe yaciye yigisha bavugako ivyo vyabaye kubera baba bamwubahiye amahera canke se ubutunzafise

Musomyi nawe uremezako diamond platnumz ivyo yabivuze abikuye kumutima?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact