Pleya by linog| nubwo harimw ibiterasoni asubuye kwandika amateka

pleya by linog pleya by linog indirimbo

pleya nindirimbo nindirimbo nziza iriko irabikora bigacika aho yasohotse uyumunsi igenzkerezo rya 12/08/2023 iyo ndirimbo ikaba yahinyanyuwe na:


    audio produced by:

  • jibu the classic
  • mix and mastering by:

  • jigger beat
  • video directed by:

  • landry sb
  • ass:

  • karim alaba

iyo ndirimbo wipfuza kuyimenya muburyo bwa lylics ngiyi yose ngaha

v1
ubundi je sindumwana mubi sindumwana mubi
-nincuti zinkwegera mudukumi
-ngo fata kamwe tuhashumike shumi
-bama bambuza gutaha ngo ngo fata basi nakanyuma cedutaha
-maze kunwa bampa abana ngo kina ipask nkabura inguvu zokuvyanka
-iyongize ngo mbike udufaranga ngo ntamodoka yibihumbijana
-mukugura turatahana ngo ntazu tuzubaka mugisagara

R

iyi mihanda yangize pleya boy
sinabona incuti zanyazo
right now
mpora ngwana nibibazo
simbona inyungu nama muri hustle
(ngo ntamugabo akangwa namatako shira fone mukadege)
(twarababjwe surimuka)
(turya inyungu ihez tukaja mumutahe)
(nubundi ivysi birazunguruka)


V2

ubu mpora muri vibe vibe
barananyigishije gutamba
nguma mpura nababana
bafise umutima mwiza wogutanga
iziswingizo mpora mpanga kuzireka
ariko sindavyibuka
kiretse iyonanyoye nkaborerwa
niho agatima gakubita
iyongize ngo mbike udufaranga ngo ntamodoka yibihumbi ibijana
mukugura turataha ngo ntanzu tuzubaka mugisagara


kubantu mutazi linog

raba wongere wumvirize indirimbo yose ucuye knkuyu murongo usa nubururu

PLEYA BY LINOG
💡>>musomyi iyindirimbo wayakiriye gute? nimba washimushijwe nivyo twanditse cnke utashimishijwe turagusavye ugire commentaire hama ucusangiza iyinkuru abandi mukugira partage

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact