Akamaramaza umusore w'imymmaka 13 yarongoye umukecuru wimyaka 50

inkuru y'umwana womugihugu ca guinée Conakry yarongoye afise imya 13

photo burundi

🔊 mugihugu ca guinée Conakry niho habaye ubukwe bwatangaje abantu benshi . umwana w'imyaka 13 azwi kwizina rya mondi odgar yagize ubwekwe numukecuru w'imyaka 50 bikaba vyateye uruhagarara murico gihugu. abantu benshi bavyiyumviriye birabasiga vyabateye kwibaza vyinshi aho benshi bavuze amajambo atandukanye bamwe ngo yahawe imuti abandi nabo ngo yakunze amafaranga

amakuru duhabwa nibimenyeshamakuru vyico gihungu

ibimenyesha makuru vyinshi vyarashoboye kwandika vyibshi kurino nkuru arko ntakinyamakuru nakimwe caribwavuge neza impamvu uyo mwana yagize marige hataragera agatako akarongora umugore umusumvya imyaka37.
niho habonetse umumenyeshamakuru yashoboye kuvugana nuwo mwana aho bamubajije ati:"nigiki catumye ushobora gukunda umuntu agusumvya imya 37 nigute wamuhisemwo ngo akubere umugore?" nawe yashoboye kwishura ati:" jewe namukubze kuko namwiyumvisemwo arankunda ndamukunda nico kintu gikuru numva novuga yagiriyeko avugako abantu bavugako yoba yamukundiye amafaranga barihenda canee kuko urukundo ngo si business ".❗❗icatangaje bebshi nuko uwomusore yivugiyeko kuva bakundana batari bwabonane babonanye kumunsi wa mariage kuko umukobwa yarasanzwe aba mugihugu ca canada .

AMAFOTO

image

Basomyi iyonkuri uyivuzekwiki jubwawe uwomuhung kok yamukundiye amafaranga cnke nurukundo ww ubivuzeko iki? sangiza iyinkuru abandi mukugira partage

<>

1 Commentaires

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact