Amakuru kubakinyi 10 b'abarundi babuzwe irengero mugikombe c'isi

abakinyi 10 babarundi babuzwe irengero

abakinyi cumi babarundi babuzwe irengero aho bari bagiye kwitabira ihiganwa ryigikombe cisi ryabatarenza imyaka 19 munkino za handball
abarundi baciye bakurwa mwihiganwa mugihe bari basigaje inkino zibiri
U burundi nikimwe mubihugu vyari bihagarariye africa munkino za handball kuva igenekerezo rya 2/08 gushika 12/08/2023 munkino bakinye mwitsinda h bari abanyuma inyuma yaho baheruka gukina na iran ,feroé na suede. ivyo vyatumye uburundi bwisanga mwitsinda rya 4 ryikindi cicaro cyigikombe cisi gifasha guhiganirwa ibibanza.murico cicaro nyn uburundi bwagumye butsindwa aho bwatsinzwe na argentine 3:25 igenekerezo rya7/08 bukeye bwaho butsindwa na leta zunze ububumwe za amarica 33:26 uburundi bwari busigaje inkino 2 rumwe bariguhura na bahrein itariki 10/08 urundi narwo bohuye na nouvelle zellande itariki 11/08/2023 . kumunsi wakane igenekerezo rya 10/08/2023 niho ishirahamwe mpuzamakungu ry handball kwisi(IHF) niho ryasohora itangazo yuko uburundi bwikuye murayo mahiganwa iryoshirahamwe ryamenyeshejeko kurukino bari guhura na bahrein ko baciye babatera mpaga yibitsindo 10:0 kugeza ubu bakaba bariko bararonderwa nigipolice cigihigu ca croatie


basomyi nicahe kintu ubona catumye abo bakinyi bashobora kubura irengero mbega nikuki abobandi 3 basigaye siga commentaire by newlevelsite.blogspot.com

AMAFOTO

amasanamu yabakinyi batatu bashoboye kuboneka mubakinyi 13

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact