Inkuru ibabaje Isanganya ryahitanye abantu 5 barapfa

isanganya ryatumye abantu batanu bapfa barahasiga ubuzima

kuruyumunsi igenekerezo rya 16/08/2023 muntara ya karusi habaye isanganya ryababaje abantu benshi iryo sanganya rikaba ryabaye neza naneza aho muntara ya karusi commune shombo hafi yibarabara rija ahitwa murusi

iryo sanganya rikaba ryatewe nikimodoka gutwara igitoro yariko yerekeza mugihugu ca tanzania ivuye muyinga ija gitega icokimodoka kikaba cagonze imodoka iri mubwoko bwa probox abantu batanu bakaba bahasize ubuzima
reke duhoze ababuze ababo ndetse twibipfurize iherezo ryiza

basomyi iyonkuru muyakiye gute reka tugusabe uyisangize abandi mukugira partage

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact