mugihugu c'urwanda habonetse umufana karuhariwe mugukunda umuririmyi wicamqmare ava muguhugu ca tanzania azwi kwizina rya diamond plutnumz uwomufana akaba yicafyeko izina :simba kukuboko kwiye iryo zina naryo tukaba turizi kugihangange mumuziki wigihugu ca tanzania .
ivyovyose vyabaye inyuma yuko umuririmyi Diamond platnumz yaraheruka kugira igiteramo kidasanzwe mugihugu curwanda aho cari citabiriwe nabantu isinzi. uwomuhungu akaba yivugiye ubwiwe igituma yashimye kwicapako iryozina yashoboye kuvugako akunda diamond plutnumz cane mbere ngo yipfuza cane kubonana nawe ngo nico cipfuzo ciwe cambere igitangaje nuko uwomuhungu wimyaka 15 yicafyeko akoresheje ikintu kimukomeretse ngo kuko ata mafaranga ya tatouage afise akaba yasavye burimuntu wese yoshobora gushikira Diamond plutnumz ngo yomufasha kumuhuza nawe ndetse nawe agashitsa indoto ziwe.
Tags
Amakuru