umugabo w'imyaka 36 ava mugihugu c'uburundi neza na neza muntara nziza ya muyinga muri commune giteranyi .uyumugabo amaze kuryamana nabakobwa bagera 500 kandi buriwese yagenda yifotoranije nawe. uwomugabo yabajijwe impamvu amaze kuryamana nabakobwa bagera 500 nigituma abikora nawe yishuyeko uwabikoze yabaye umukobwa umwe ariwe yamuteye umutima mubi yavuze ati " nakundanyr numukobwa umwe twari dukundanye cane arko uwomukobwa aza kumbabaza canee kuburyo umutima awugira ubucebuke bituma nanje burigace kose ubu gakunda umukobwa ukwako umwumwe" uwomugabo akababyavuzeko ahubwo ataraheza mumigambi yiwe ashaka ahubwo gushitsa igitigiri kingana nabakobwa ibihumbi 10. kandi yamenyeshejeko igutuma afata amafoto burimukobwa wese baryamanye ngo nikugira amenye igitigiri cabo agezeko
Tags
Amakuru