mugihugu kibanyi c'urwanda haraye hamenyekanyeko umuvyeyi wumuririmvyi akomeye cane ndetse anakunzwe azwi kwizina rya Mugusha benjamin the ben umuvyeyi wiwe akaba ariwe se wiwe mbonimpa john wimyaka 65 yitavye imana mwijoro ryokuruyu wagatanu igenekerezo rya 18/08/2023
amakuru dukura mugihugu kibanyi c'urwanda avugako uwomuvyeyi wiwe yishwe ningwara aho yafashwe ningwara bamujana kwamuganga arko amagara yiwe yari yifashe nabi ntivyakundako ashobora gukira
nimba ukunda umuhanzi wumunyarwanda the ben reka tumwipfurize ukwihangana kudasanzwe maze imana imwakire mubiganza vyayo kuko twese nivyo turindiriye kuko ntawutazopfa
twibukanyeko uwumururimvyi the ben asanzwe yibera hanze yigihugu muri reta zunze ubumwe za america
"musomyi wakiriye gute ino nkuru yincamugongo vuga uti R.I.P papa the ben hama tugusabe uce usangize iyinkuru nabandi mukugira partage"
Tags
Amakuru