abasirikare ba Israel bari kurwana ngo birukane intagondwa za Hamas

islael iriko ikora ibishoboka kugira bahangane nintagondwa zabasirikare bomuri palestine 

abasirikare ba Israel bariko barakora ibikorwa bishoboka vyose vyo gutabara abagizwe imbohe n'intagondwa z'Abanya-Palestine zivuye muri Gaza, no kuzirukana mu bice zafashe ku wa gatandatu.



 Igisirikare caIsrael cavuzeko abasirikare baco bisubije ahantu 22 mu majepfo ya Israel, ariko ko bakiriko barahangana nizo ntagondwa bazikura ahandi hantu umunani. 
 Israel ivuga ko Abanya-Israel barenga 600 bamaze kwicwa kuva Hamas yagaba igitero gitangaje kivuye muri Gaza.
 Israel ivuga ko abantu barenga 100 bashimuswe naho abarenga 2,000 barakomereka. Ico gitero cakozwe n'abagabo bagera mu magana bitwaje ibirwanisho, binjiye muri Israel bihishije mu kuba hari hari urufaya rw'ibisasu vyama rokete vyari birimo kuraswa muri Israel bivuye muri Gaza.

Intambara kw'isi ntizohera?  iconikimwe muvyo wibaza oe biva kuki? Tanga iciyumviro 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact