Umufurera n'umubikira bagiye kubana kurongorana

Umufurera numubikira bagiye kubana



Ivyobintu wewe haraho waribwavyumvye ? Biratangaje!



Uwahoze ari umufurera Muhire Jean Paul na Dusenge Enathe ( Umubikira ) basezeye umuhamagaro wabo muri Ekreziya Gatolika , bahitamwo gufata urugendo nk'abakirisu basanzwe ndetse bari hafi kubana ❤️

Cc : Igihe

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact