Waruziko Jeannette kagame yavukiye muburundi Ndetse akanahiga amashure
Nyenicubahiro Jeannette kagame yahuye nabo biganye
Inyuma y'imyaka myishi .
Abize kuri lyce vugizo harimwo Jeannette Kagame |
Abize kuri Lycée Vugizo ( Burundi ) bahuye .
Murugendo arimwo mugihugu c'uburundi , Nyenicubahiro Jeannete KAGAME k'umunsi w'ejo yarahuye n'abagenzi biganye kw'ishure rya Lycée Vugizo .
Kuva kuruhande ni : Yvone Marorerwa , Liliane Ruvakubusa , Jeanette Kagame na Marcelle Kabugubugu .
Kubatari babizi Nyenicubahiro Jeannete KAGAME yavukiye m'uburundi yongera yiga amashure yiwe ( mato - nayisumbuye ) mugihugu c'uburundi 🇧🇮
Ese Ingene Bihimbaye Guhura n'abana Mwiganye !!
Nk'uko mubibona Ayo masanamu yerekana Jeannette #KAGAME Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'urwanda 🇷🇼 Aho yashoboye n'abo biganye Hano I Burundi kuri Lycée Vugizo mu myaka ya 1977-1978 .
Kur'iyo shusho ya Kera murabona uwuriko akarongo k'ubururu ariwe Jeanette Kagame .
Tags
Amakuru