Abakobwa ba black Obama bakomeje kuba abakunzi bagatabi

Maria Obama et sacha obama


ABAKOBWA BA BARACK OBAMA OBAMA, BAKOMEJE KUBA ABAGURANO B'AGATABI

Abana b'uwahoze ari prezida wa USA, Barack Obama bakomeje kwifatirwa n'agatabi aho bose baheruka gufatwa amasanamu ahantu hatandukanye bariko batumura umwotsi batihishije

Maria Obama 


Sacha obama 


Aba bakobwa Malia na Sacha Obama bose bakaba bagumye bagaruka mubimenyeshamakuru abantu benshi bibaza aho kazoza kabo bana kariko kaja mu gihe abavyeyi babo bafatwa nk'icitegererezo kuri benshi bivanye nuko bitwara n'ivyo bakora.

Kuki abana kenshi bakuriye mumafaranga rimwe narumiwe biva kuki? Niyihe mpanuro woha urundi rwaruka rumeze nkuko?Nakahe kajambo woshikiriza ? Intererano yawe irakenewe 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact