Aza arasaba uwo bahuye wese ko yomurwa munda iminota itatu



Umunyakaranga akomoka mugihugu c'ubudagi Katharinajej arasaba abarengana bose mugisagara ca BUJUMBURA , ari iry'ambere bahuye , kwirengagiza ukutamenyana kuri hagati yabo maze bakagwana munda .

 Ukwo guhoberana kumara iminota itatu , kandi mugacerere kuri bose . Gutyo , ishusho ifise ubuzima ikidengemvya m'ubuzima bwa minsi yose bw'igisagara .

Uyu mugambi wo " Kumenyana hagati yabatari bazinanye " yawutanguriye muri Cologne asubira Myanmar aje gusozereza I Bujumbura

 Mbe mwoba mumaze guhura ? 👇

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact