intamabara muri islael -hamas abarenga 1000 nibo bamaze gupfa soma inkuru

Abantu barimo guhamba ababo bishwe muri ibi bitero muri Israel


 

Kugeza mu gitondo cyo kuri uyu wa gatatimu intambara irakomeje hagati y’igisirikare cya Israel na Hamas, abamaze gupfa ku mpande zombi bararenga 1,100 kuva kuwa gatandatu mu gitondo Hamas itangira igitero kuri Israel.

Abapfuye muri islael- hamas bamaze kurenga 1000 menya amakuru mashasha


Amwe mu makuru wamenya ubu:

  1. Igisirikare ca Israel catangaje muri iki gitondo ko ahantu indwi mu majepfo y'igihugu kirimwo ukurasana n'abarwanyi ba Hamas
  2. Mu masaha 36 nyuma y’uko intambara itanguye i, ibisasu vya rokete biracaturuka muri Gaza bikagwa mu majepfo ya Israel
  3. Ibisasu bya Israel bimaze gutuma abasivile barenga 123,000 bava mu babo muri Gaza aho abagera ku 74,000 bahungiye mu mashuri nk’uko ONU ibivuga
  4. Ibitaro Vyo muri Gaza biruzuriranye kandi bigowe no gukora kubera gucikagurika kw’amashanyarazi. ONU iravuga ko ahantu hamwe Gaza ikura amashanyarazi hasigaranye iminsi miKe yo gukora
  5. Ibihugu bitandukanye bimaze gutangaza ko abanyagihugu bavyo bishwe cangwa batwawee na Hamas
  6. Leta zunze ubumwe za Amerika zigije hafi ya Israel ubwato rutura bwazo bugwako indege kandi zivuga ko zizorungikayoo ibindi biryanisho – Ibyo Hamas yise “ubushotoranyi”
  7. Abategetsi ba Amerika biteze ko mu masaha 48 Israel ikora igitero co ku butaka ikinjira muri Gaza
  8. Igiciro c’ibitoro caduze muri ako karere kubera impungenge ko iyi ntambara iza guhungabanya ubucuruzi bw’ibitoro mu burasirazuba bwo hagati 
 Ubwato bw'intambara bwa Amerika yohereje hafi ya Gaza muri Mediterane bwitwa USS Gerald R. Ford, bureshya na metero 337 na 71   z'uburebure




Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact