Bonfils kaleb umusatirizi w'uburundi yabonetse murwanda ari kuma béquille aho aje kuraba match yumurwi yahoze akinira






Bonfils karebo umusatirizi wa kera  Rayon Sports,  yageze mu Rwanda agendera ku ma béquille aho yaraje kureba urukino ruzaguza ikipe yahoze akinira rayon sport na APR FC.Ndetse habonetse amasanamu atangaje harimwo n'umufana wa Yousouf nyange umusatirizi wumurwi nserukira guhugu wuburundi

Ni urukino w’umunsi w'9 wa shampiyona APR FC niyo izokwakira Rayon Sports  tariki ya 29 /10/ 2023 kuri Kigali Pele Stadium igihe cisaha cumi nazibiru z'umugoroba 18h00’.

Uru rukino rw’abakeba tuzoba rwitabiriye n'a benshi  ari nayo mpamvu na Caleb wa Al Ahli Benghazi yo muri Libya  yageze mu Rwanda agendera kwi béquille.

Caleb Bimenyimana yagize imvune  igihe ikipe y’igihugu y’u Burundi yakina urukino rusozera itsinda ryo kurondera itike y’igikombe c’Afrika batsinzwe na Cameroon 3-0.

Bon fils caleb niho yakuye  iyo mvune yo mwivi ubu akaba agendera kuri béquille akaba yashitse  ku kibuga c’Indege i Kanombe(rwanda) agenderako.

Ntabwo yaje wenyene ahubwo yari kumwe n’abantu bagera muri batanu harimwo numuntu yabonetse yambaye umwambaro w'umurwi wa nice yomubufaransa Ndetse yanditseko izina ryumukibyi w'uhurundi Yousouf asanzwe akinira nice harimwo na Haringingo Francis yahoze atoza Rayon Sports mu mwaka uheze. 

Bimenyimana Bonflis Caleb yakiniye Rayon Sports kuva 2017-19 ubwo yari avuye muri ekipe y’iwabo mu Burundi, Vital’O FC.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact