Makamba :wamushoferi wa otraco yafatanwa ibitege yaciriwe urubanza uyumunsi



 Wa mushoferi w’imodoka ya Otraco yafatanwa ibitenge vyinjiye bitarishe amakori yaciriwe gupfungwa imyaka itanu

Mu rubanza rw’ikibiriraho rwaciwe ku mugoroba wo kuri uyu wa 21/10/2023 muri sentare nkuru y'igihugu mu ntara ya Makamba, uwo mushoferi w'iyo modoka yagiriwe n’icaha co guhungabanya ubutunzi bw’igihugu

 Sentare yamuhanishije gupfungwa imyaka 5 no gutanga ihadabu y’umuriyoni w'amarundi mu gihe atoyariha naho azoca apfungwa imyaka 10. Nayo ibitenge 218 navyo vyafashwe bikaba bizogurishwa amafaranga ashirwe mu kigega ca Reta

 Umuburanyi yemanze icaha imbere ya sentare aca asaba ko yogabanirizwa igihano yarasabiwe n’umushikirizamanza ariko sentare nta gaciro yahaye ubusabe bwiwe

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact