Mbega Big fizzo yaba ahevye umuziki?

 

Big fizzo

Iki nikimwe mubibazo abantu benshi turiko turibaza inyuma yamajambo umuririmvyi Big fizzo ashize kurubuga rwiwe rwa Facebook Aho yagize  ati : ndahevye

Iyi ni post yiwe lurubuga rwa facebook












inyuma yaho yaragize iminsi arikuri hit muriyiminsi inyuma yaho aherutse gusohora INDIRIMBO yakunzwe nabenshi yitwa superman abakunzi biwe rero bakomeje kwibaza vyinshi ati mbega yoba ahevye umuziki canke ? Nubu inyishu nyezina ukaba itaramenyekana . 

Raba Ama commentaire amwamwe abamukurikirana lurubuga rwiwe bagize

Commentaire zabamukurikirana








Inyuma yaho yongeye ashira lurubuga rwiwe rwa Facebook ati :


Iyind post yshize lurubuga rwiwe rwa fb












Abamukurikirana kuri Facebook bashoboye kuvuga vyinshi raba bimwe muvyo bashoboye kuvuga


Izind commentaires zabamukirikirana








Big fizzo n'umwe mubaririvyi bakera nakoze vyinshi bigashimwa Haba mugihu Ndetse nohanze yigihugu INDIRIMBO ziwe nizinihe vyose bishitse Alaba ashimye guheba ivyumiziki muze tumukurire ubwatsi tumubwire ati warakoze abandanye aroranirwa mubikorwa vyose . 

Musomyi Nkuko atankuru nyezina turamenya neza twizereko inkuru nyezina niyamenyekana tuzoyibashikoriza kugihe .

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact