Twageze aho tumujana n’i tumuteruye kuko twari tuzUmubyeyi wa Isimbi Noeline yavuze ko aterwa isoni ryuko ukobwa wiwe akina filime z’urukozasoni ndetse kandi yanavuze yuko ingeso yo kwiyandarika yayitanguye akiri umwana muto

 Photo Isimbi noëline nase amuvyara


Rwanda Umuvyeyi wa Isimbi Noeline yatangaje ko agira isoni iyo yumvise abavuga ko umukobwa wiwe akora akazi ko gucuruza amashusho yiwe y’urukozasoni.

Uyu muvyeyi yitwa Mirimo Paul akaba Se wa Isimbi Yvonne aba mu karere ka Rwamagana. Mu kiganiro yagiranye na Kasuku Media, Se wa Isimbi yagize ati “Isimbi ni umwana wanje yahora yitwa Mirimo Simbi ariko aza kurihindura yiyita Isimbi Yvonne na Noeline vyose. Uyo mwana twaranabana kuko nyina yari yarabataye ku mpamvu tutumvikana.”

“Nahise ndabajana kuba ku muvyeyi wanje [Nyinakuru], musaza we akomeza gukurikira amashuri gusa we akagira amakosa menshi.  Muri make yarabesha akavuga ko agiye kwiga ariko ntajeyo, rimwe na rimwe akavuga ko ata bavyeyi agira niho vyahereye. Yakunda kwisanzura.”


“Abantu bambwira ko akora akazi ko gukina porono kandi nanje naravyiboneye. Ntabwo nabona umutima wo kureba filime akina ariko musaza we numva abikurikirana. Njewe bintera isonio iyo numviseko akora biriya bintu. Hari abadatinya no kunserereza ngo umukobwa wawe akina porono.”

Mirimo Paul yakomeje avuga ko ivyo Isimbi yakora vyose atabitewe n’ubukene kuko iwabo bari bafite amikoro kuko  sewiwe yivugiye ko yahoze mu gisirikare kandi umuryango umeze neza ku mikoro.


Ati “Ibintu vyose yabirengako ukabona aririrwa azerera mu mihana . Twageze aho tumujana tumufashe kuko twari tuzi ko yagize akibazo. Si ivyo gusa ahubwo hari n’abageragezaga no kumusengera tuzi ko ari amadayimoni yamuteye.”

Yakomeje avuga ko Isimbi no mu bwana bwiwe yaza abagabo mu rugo nubwo yari umwana agakunda kubipfa na Se.

Ati “Uriya mwana yazana abagabo afite n’imyaka 10 akavuga ngo barigana. Na n’uyu munsi nta kintu amfasha ngo naramukubita cane ariko nagira ngo azavamwo umuntu muzima. Hari igihe umuntu yabimbwiyeko yazanye umuhungu  ndabafata nsanga umuhungu yamaze gukura n’isengeri. Ico gihe yaransunitse nikubita hasi.”

“Nahagurukanye umujinya ndakubita umutwe bahita bamfunga  kuko nakubise umwana. Nararambiwe ngeraho ndamusaba kuja kubikorera  aho ntazi. Baragegeje kumusengera ariko umuzimu afise waranse kumuvamwo.”

Source:yegob.rw

Musomyi Inferno yabana nubu ubona yifashe neza mugace uherereyemwo?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact