Inkuru yuwu musore irigisha: n'ugushima imana nimba ukuri muzima kuko ubuzima nibito cane

 








Ubuzima koko nibuto cane iyi ninkuru twaganiriye niyo muhungu mubona atwiganira ushobora kuba ikomeye ariko mukanya gato ukisanga umeze ukundi.

Yitwa nduwayo Kevin  yavutse akomeye afise amaguru yose kuva afise imyaka 22

Ubu akaba arikumuga yatwiganiye avugako yagize Isanganya bisabwako bamuca ukuguru .

Yatwiganiye avuga ATI:''Nimba urikwisi  ukomeye nugushima imana kuko ukuri noshobora guhinduka ATI ubwishime ntaco bimaze vyiza nimba imana yaraguhaye amaguru ,amaboko ,amaso, namatwi yumva Ndetse ikaguha n'ubwenge bikwiye shima imana kuko haribenshi bavyipfuza.

Musomyi wakoriye gute ubwo buhanuzi?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact