Umuhero uratwegereje Ibiriko biraba muri Israël Ivyanditswe biriko birashika

Ivyanditswe muri amosi1:6-8

Mbe ibi biriko biraba muri GAZA n'Ibinyene vyanditse muri BIBILIYA ? ? ?  Canke n'ibindi bizoba canke vyarabaye kera . Aho vyanditse muri " AMOSI 1 : 6 - 8 "

Sinziko arugusoma nabi ntidutahure ariko nkuko mubibona namwe ivyanditse biriko birashika . 

Muri Gaza Ubu barageramuwe n'a Israël umuriro uguma Waka Ndetse abantu benshi barapfa biteye ubwoba abasenzi nimuze dusenge kuko umuhero uregereje.

Abasomyi Muvuga Ngo nivy'Impwemu Ivyo navyo Mwobisigura gute? Abavuga ko Muri Abanyamwuka Bacane Ngo Si Ivyo Mw'Isi Abandi Yerusaremu Bavuga Ngo Siyo Tuzi, Mwoduha Umuco? Basha Nukuri Kristo Ari Hafi Muvyenka Mwavyemera, Igipfu Nikibona Ibiriko Birabaho Ijambo ryavuze Kuva Kera, Kikavyita Ibisanzwe👍

BIBILIYA NIBWO BUHANUZI BUTAVANGIRWA, KANDI HAKO HOVAMWO N'INYUGUTI N'IMWE NGO ISI, N'IJURU, VYOTUMA BIVAHO👍 IVYO BIZOVAHO ARIKO AMAJAMBO YA KRISTO NGO NTACO AZOBA.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact