Yategerewe n'abasuma bamukura amenyo #Atandatu bamuhonze inyundo,ababazwa nuko bapfunzwe bararekurwa

 


Uyu mugabo mubona akomoka mugihugu kibanyi c'Urwanda,yitwa NSHIMYUMUREMYI Bienvenue asanzwe ari umu motard avuye kukazi ari mwijoro yategerewe n'abagizi ba nabi baramufata babanza kumwaka terefone hama bagerageza kwiruka,acafata mw'umwe muribo aramugumya,bagenziwe baca baragaruka nikwo kumuhonda inyundo kumenyo bamukura amenyo atandatu,avugako gushika nubu ataramera.Nkuko abimenyesha ngo kubera yabamenye yarabitwariye barafatwa ariko bapfunzwe ntibamazeyo umwanya munini baciye barekurwa.🙆‍♂️

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact