Makamba : inkuba yakubise umugore n'umugabo umwe aca aritaba Imana

 


Makamba : inkuba yakubise umugore n'umugabo umwe aca aritaba Imana 

⛈️ Imvura yaguye ku muhingamo wo kuri uyu wa 18/10/2023 muri komine #Mabanda mu ntara ya Makamba yabayemwo imituragaro, aho inkuba yakubise abubakanye maze ihitana umugabo umukenyezi wiwe nawe akaba ariko avurirwa mu bitaro vya komine Mabanda

 📍 Iyo nkuba ikaba yabakubise bari ku muhana ku mutumba #Mara wa komine Mabanda uwo yitavye Imana akaba yari umukorerabushake mu muryango utabara imbabare #Croix-Rouge

#Uburundi #Jimbere

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact