Biratangaje vyirabire nawe hariho ibintu imana uraba bikayitera kurakara mugihugu c'ubushinwa raba uko bahayagiza igitsina Gabo kumunsi waharuwe icogitsina nakajegeza



Haribintu twitwa ngo nidemocratie kandi muvyukuri ari urukozasoni akenshi ugasanga ingeso turahura mubindibihugu natwe ziradushitsemo tukica imico nakaranga vyigihugu .

Nimundabire namwe ibibintu kubwawe ubifata nkiki,iyo micro kubwawe uyivuaeko iki ivyo mubona nivyo nomugihugu c'ubushinwa aho harimisi bizihiza ubwiza bwigitsina gabo bagishimagiza mukwifashisha ishusho ryikibumbano mukugitaka,bakakizungurukana mumihongo  itandukanye Ndetse bakage da barakiririmba bavuga nivyiza vyaco uwomunsi urazwi kndi urubahirizwa.

uruhande rumwe womengo sibibi ariko urundi umengo sumuco mwiza kubwawe 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact