Raba uko womenya nimba uwo mukundana agucinyuma canke atagukunda raba bimwe mubimwe mubimenyetso bibikwereka



Benshi mu bagabo basigaye barataye umuco kuburyo basigaye baca inyuma abo bubajanye canke Abo bakundanye bakaja gushurashuza abana b’abakobwa babesha ko ari abasore(kubagabo) abasore nabo gakabeshako atabo bafise bakundana babakobwa nabonyene nuko.Muri iyi nkuru uramenya uko wavyitwaramo ukamenya niba ari kukubesha canke niba ari kukubwiza ukuri,uramenya umuhungu akuvanga canke atakuvanga.

A) kubagabo

1. Aba yambaye impeta murutoki: Umugabo yubaha urugo rwiwe ndetse akubaha n’uwo bubakanye ntabwo asiga impeta .Mukobwa nubona umugabo wambaye impeta arimo kukwegera uzoze umureka ariko umwime amahirwe yo kuba yaryamana nawe.

2.Ntaja yitaba Telefone: Iyo muri kumwe ntabwo  akora ikosa ryo kwitaba Telefone.Uyo mugabo akenshi uzabona yubitse Telefone yiwe cane, abonye bamuhagamaye yihutira kwitaba Telefone kndi avuga  ngo ndaza kuguhamagara agahite akupa.

3. Ntaja agutumira murugo iwe: Nubona yanka ko uja murugo iwe, uzoce umenya ko uwo mugabo afite umugore ariko ashaka kukubesha.Uyu mugabo akenshi uzasanga akunda kugira impamvu zitandukanye zituma mudahuza.

4. Buri gihe muhura iyo mwabipanze 

5. Aguhamagara ariwe ubishaka , hari nubwo ataja yitaba Telefone yawe :   ntabwo  yemera ko wewe umuhamagara niyo agiye kuguhamagara aguha amabwiriza canke akaba afise igihe akubwira umurondererako.

6.Gusubiza ubutumwa bwawe bizagorana: Hari nubwo uzabona adakunda kuguhamagara canke gusubiza ubutumwa bwawe bigorane kuko ashobora kuba ariko yiita k’umuryango wiwe

B) Kubasore

Abasore baragoye cane kugira umenye koko KO ataguca inyuma kuko barakunda kwiyorobeka cane ariko kimwe muvyo uzomufatirako ntazoguha umwanya ukwiye muriko mutavugan azokubwirako afise ibintu vyinshi arko arakora kandi abikorane ubwenge bwinshi kuburyo utovyibaza .

Ntaguha umwanya wose kuko mumwanya afise ategerezwa kuwuvugishamwo abandi bituma rero atakuronkera umwanya ukwiye ico nikimwe mubibigaragaza.

Arko nubwo abikora aba afise uwo akunda cane nimba uba umaze kubonako yoba akuvanga ivyukora niwigeko woba ariwe witaweho cane kùko nimba ariwe witaweho ushobora kwigarurira umutima wiwe arko mukibikore nturakare canke ngo umubwire ivyo vyabi bandit wewe gusa witeho umwanya aguha maze nawe uwuvyaze umusaruro

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact