Yaravyanse ko turyamana tutarakora ubukwe, none nasanze nta gitsina agira. Uyu mugore yavuze inkuru kuvyamushikiye biteye agahinda

 


Umugore w’imyaka 27 yashyize ku mbuga ubuhamya  bujanye nivy’ubukwe bwiwe ndetse agaragaza ukuntu umugabo we yamubeshe imbere yuko bakora ubukwe. Uyu mugabo ngo buri gihe yanka kuryamana nuyu mugore bakiri aba fiyanse ahubwo akamubwira ko bakwiye gutegereza umunsi w’ubukwe kugira ngo babone gukorana imibonano mpuzabitsina.  Munyima niko gusanga umugabo afite agatsina gato cane, mbere bimeze nkaho nta gitsina agira.

kwaliti by GH indirimbo iryoshe cane yirabe yose ngaha



Uyu mukobwa ngo yaramusaba bakiri muri  fiyanse ko baryamana batarakora ubukwe ariko umugabo agakomeza gutsimbarara avuga ko we akigendera ku mico ya kera, bityo ko adashobora gusambana mbere yuko bakora ubukwe. Gusa uyu mugore akimara kubona ukuntu igitsina cumugabo wiwe kitarengeje santimetero zine (4cm) yahise avumbura impamvu kuva na mbere yanka ko baryamana kugeza bakoze ubukwe. Uyu mugore avuga ko bateretanye amezi atandatu hama batangira gupanga ubukwe mu yandi mezi atandatu. Uyu mugore  yahise amuheba  kuko yari amaze kubona neza ko akazi kamuzanye katazigera gakorwa.



Uyu mugore avuga ko ubusanzwe umugabo we atari umunyedini cane kuburyo yanka gusambana nk’icaha, ahubwo avuga ko uyu ubwe yavuga ko akigendera ku muco wa kera aho umuntu yifata kugeza akoze ubukwe akaryamana n’umugore muburyo bwemewe n’amategeko. Uyu mugore rero akomeza avuga ko inshuro nyinshi bahura bakishimishanya ariko hagera Ko boryamana umusore agahita amwiyaka ndetse akavyamirira kure.

Gusa uyu mugore ku munsi wa mbere w’ubukwe bwabo ngo yabonye ko umugabo adakomeye ku muco ahubwo yatinya ko bamucishamwo ijisho imbere yuko ubukwe buba bakaba banamubenga. Rero kuri ubu umugore yumvise afite akababaro kenshi ndetse avuga ko yabeshwe agahabwa amakuru atariyo kandi yarakwiye kubwizwa ukuri na mbere hose.

Ese ari nka we wamugira iyihe nama?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact