Abantu benshi bagize uruhagarara inyuma yokubona inzoka ipima imetero zirenga 20m abenshi bagiye igihumura



Mugihugu ca Congo Inzoka ipima imetero zirenga 20m yateye ubwoba abantu benshi  Ndetse ukaba imaze kurya abantu bataribake iyonzokoa ukaba itangaje cane kuko ngo irayonga

Biteye ubwoba nawe isomere

Hari inzokai teye ubwoba abashakashatsi bavuzeko iyo nzoka ishobora kwiyongerako Cm 3  uguma ikura buri uko yishe ikintu ikakirya.kandi banagaragaje imaze kurya abantu barenga 20  Ndetse ukaba inatangaje cane ushobora kuyibona inyuma yimisegonda 5 ugahita uyibura bisigurako itangaje bamwe bavugako ari amashetani  

Abashakashatsi baracarondeza neza ivyiyonzoko Ndetse ukaba imaze kurya bamwe mubashakashatsi .

Iyonzokoa uyivuaeko iki Wewe uramaze kubona inzoko ipima imetero 20 ? 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact