Igitangaza kw'isi havumbuwe ingona yambere Nini kw'isi ipima imetero 20 nibiro itoni 10 iyingona iriko itangaza benshi

 


hagaragaye ibimenyetseo vyerekana ko hariho ingona nini kwisi ifise uburebure bwa metero3 igapuma itoni 10 iyingona iriko ivugisha benshi kumbuga ngurukana bumenyi bituma abantu batangara kandi bashimishwa niyo ngona: 



Urashobora kuba wipfuza kumenya ibijanye niyo ngona Aho iri ni muri Marineland Crocodile Park (Australie), Abashakashatsi bayobewe ivyiyingona ,  ibimenyetso Ndetse nubushakashatsi vyakozwe kuriyi ngona vyerekanako iyi ngona kwariyo  nini kuva isi yabaho, irenze ubwoko bwayo bwose mu mateka. Mugihe twinjiye cane muri aya mashusho atangaje, duhura nubunini bwingona nini kwisi. Ipima imetero zirenga 3 z'uburebure.

Nkuko abashakashatsi babivuga Uburemere bwiki kiremwa kidasanzwe burenze uko vyari bisanzwe bizwi kungona kuko hari itandukaniro rinini ugereranije nizindi ngona , kuko yo ipima toni zirenga 10. Uburebure  iyo ngona ifise  burenze kure uburemere busanzwe bwingona, ubusanzwe bugera ku gice cubunini bwuburemere ntarengwa.  Abakoresha imbuga ngurukana bumenyi  kwisi yose bihutiye kwerekana ko bishimiye iyi ngona ko arigitangaza gishasha c'ubwami bw'inyamaswa.  Kugaragara kw'iyi ngona vyatumye abantu benshi Ndetse nibinyamakuru vyinshi vyanditse  amakuru yerekeye aho ingona nini kwisi ituye, imyitwarire n'akamaro ko kubungabunga isi, Yerekana akamaro ko gukomeza ubushakashatsi no kubungabunga ibidukikije kugirango turinde kandi twumve ivyo biremwa bitangaje. Mu gusozera ivyiy’ingona nini ku isi, ipima imetero zirenga 3 kandi igapima nibiro itoni zirenga 10,  Ubu buvumbuzi budasanzwe buhindura imyumvire yacu  kandi bitwibutsa ubudasa budasanzwe nibitangaza vyisi. Mugihe ibiganiro nubushakashatsi bikomeje, isi itegereje kuvumbura iki kiremwa kidasanzwe.Ibizovurwa kandi kuriyi ngona tuzobibamenyesha vuba .

Musomyi wakoriye gute iyinkuru weho warumaze kumva amakuru kuriyingona ?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact