Inkuru ibabaje kayanza:Yaciye ukuboko umusuma umusuma nawe aca aramwica birababaje



Mu mwonga wo mu nyamugosa muri komine n'intara ya Kayanza Umugabo azwi kwizina rya Nzimenya Pierre yaritavye  Imana atemwe n'umusuma yariko aramwiba mu murima.

 Imvo yurwo rupfu nyakwigendera yafatiye igisuma mu murima w'ibigori aca arakiboha bugingo ahejeje bagenzi bico gisuma baba barahageze intambara ica irakomera. Muriyo ntambara Igisuma kimwe gicika ukuboko(agakonjo ),Niko guca hafatwa nyenumurima arabohwa nawe bica birangira atemwe izosi aca aracikana . 


































Ivyo vyabaye kumunsi wejo igenekerezo rya 06/07/2023 igihe cisaha 15h48 abagabo 2 Abafashije kuboha nyakwigendera hamwe Nico gisuma kiza camaze gucibwa ukuboko bajanywe mur commissariat 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact