Nestory irankunda umwana w'igihugu c'uburundi amaguru yose mumurwi wa Bayern Munich



Afise imyaka 16 yavutse 2006 kumazina yitwa nestory irankunda umwana w'uburundi yavukiye mugihugu kibanyi ca tanzania  mwikambi y'impunzi kubavyeyi bavuka muburundi Aho Bari mubuhungiro

Photo uwobavukana,Nestory irankunda hamwe n'uwutwara FFB muburundi

Nestory  irankunda akaba asanzwe arumukinyi w'umpira wamaguru  akaba akina mugihugu asanzwe abamwo  muri Australie mumugwi witwa Adélaïde united Ubu akaba agiye kuja mumugwi wa Bayern Munich 

Nestory irankunda 

Ntibikiri urukurukuru  uyumusore nkuko biriko biravugwa nibinyamakuru bitandukanye nestory irankunda agiye kwerekeza mumugwi wa Bayern München muruyu mwaka wa 2024 Ubu ibiganiro bikaba vyarangiye hasigayeko asinya Adélaïde United bemeranije n'a Bayern igiciri kigera Ku miliyoni £3m guteranya Ama bonus

 Photo:Se wa nestory irankunda hamwe nuwurongoye FFB muburundi



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact