ngibi ibice 4 ku mubiri vyokubwira imyaka y’umuntu ku buryo atokubeshya ko akiri muto kandi ashaje



Abantu besnh ubu basigaye batinya kuvuga imyaka yabo cane cane abigeme barabikunda cane kumvo zuko bankako womenya imyaka yiwe kuko abakobwa nabantu bambere  batinya kuvuga imyaka yabo ndetse umubwiyeko ashaje muhakwa kwankana .Ni kenshi cane ubona abantu bakoze siporo cyangwa se bariye neza, bisize neza , muri make basa neza kuburyo utapfa kubakekako imyaka y’ubukure.

Gusa nubwo hari abantu bameze gutyo, hari ibi ibintu bine bigaragaza ko umuntu ashaje ndetse batapfa guhisha, ibi bice bine nivyo bitangira kuzana iminkanyari mbere hari ibintu vyinshi bikwerekako umuntu akuze nubwo atokubwira imyaka uca uvyibwira ndetse ntiyokubesha ngo bishoboke kuko ibi nibimwe mubimenyetso bizwi kandi vyigaragaza , nibi:

1.mu gahanga, uruhu rwe cyane mu gahanga hatangira kuzamo utuntu tw’iminkanyari, uzabona uturongo tubiri mu gahanga ke duhoramo noneho ubwo azaba ari guseka uzajya ubona tubaye twinshi, gusa ku muntu udashaje ntibipfa kumugaragaraho.

2. Izosi, igice cyo ku ijosi nacyo gitangira kujya kizana iminkanyari mike mike.

3. Amaso, amaso ye akenshi atangira kuzengurukwa n’akabara ku mukara, ariko kukabona bisaba kumwitegereza cyangwa yasinzira akaba aribwo ukabona neza.

4. Ibiganza, inyuma ku ntoki ze naho hatangira guhinduka ukabona naho harakanyaraye.


 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact