Umunyanijeriya yakoze amateka yo kurongora abagore 30 umusi umwe gusa



Ni inkuru iriko ivugisha ibinyamakuru hirya no hino aho Umuririmvyi HarrySong yakoze ubukwe n'abagore 30 umusi umwe.

Uwo mugabo w'imyaka 42 akaba yaciye akuraho amateka ya Fela Kuti yari yarigeze kurongora abagore 27 muri Kalikuta mu mwaka wa 1978 nubwo bahavuye bahukana inyuma y'imyaka mike .

Ariko rero biranavugwa ko yariko aranakora indirimbo nshasha

Iyinkuru uyivuzeko iki?


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact