Abantu bapfuye harimwo n'abajejwe umutekano bahitanywe n'imodoka yataye ibarabara

 


Rwanda: abari bugamye imvura harimwo abajejwe umutekano bahitanywe nimodoka yataye ibarabara.


Nkuko ikinyamakuru umuseke kibivuga nuko iryo sanganya ryaberey mukarere kanyanza ariko kand ntanumwe yarokotse mwiryo sanganya.


Musomyi iyo imvura iguye wama wibuka kureba neza aho wugamye ???

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact