Abasore batanu bafashumwana w'imyaka13 kunguvu baca baramwica

 Tanzania muntara ya kigoma abasore bafashumwana wimyaka13 kungufu baca bongerako barabamwica 


Abo basore umwe afisimyaka24 uwundi19 uwundi20 uwundi17 uwund afse 18 bafashe uwomwigeme kuruyu wa12 ntwarane kumugoroba aho umwe yamuhenze ngo aze amutume aho aba wamwigeme acinjira yasanzeyo abahungu batatu agize ngasubirinyuma ubwoba bwamutekeye yumva uwundi yarinyuma acarugara baca bamufungumunwa batangura kumukubagura kugezubu abobasore bose bafashwe bari muminwe yigiporisi



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact