Birababaje bamaze imyaka 10 babugaraniye munzu babaye nkibikoko😭

 


Nimurwanda Abantu Baba muntara baracafise akageso kakera KO iyo uvyaye umwana agendana ubumuga utamwishe umunyegeza 

aba Bana  bamaze imyaka cumi babugaranira munzu NGO abantu ntibababone ngo babatwenge ariko siko bikwiye kumera


Basomyii bacu abana bagendana ubumuga kubugaranira munzuu siwo mutii ahubwo mwohimiriza mukibano KO umuntu wese afise umwana agendana ubumuga yijanwa kwishure ndeste nomukibano akisanzura nkabandi Bana 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact