Birababaje cane ukuntu abantu bo muburusiya baguma bapfa

 Hari igihe c'isaha umunani z'ijoro aho Ukraine yarekuye misire niniya cane mugihugu ca Russia.

Ico gisasu caranonye vyishi muri ici gisagara mbere harapfuye nabantu batari bake binzira karengane abandi barakomereka kuber iyo misire.

Ukraine ikomeje kuhangana n'Uburusiya kabisa ntawuzi iyo iyi ntambara izoherera

Musomyi wewe iyi nkuru uyivuzekwiki?



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact