Birababaje cane yateye inda mukobwa wow mugihugu kibanyi ca congo none birangiye ahuye nibibazo



  Uyumuhungu mubona yitwa Nestor akaba avuka muntara ya rumonge nkuko bisanzwe yahora aja muri congo kurondera ubusuma aronse Agataha twovugako ariho yahora aronderera udufarang twokwibeshaho . Birababaje nkuko bisanzwe utu muhungu yakundanye n'umukobwa murico gihugu nyn  amuter'inda umukobwa abimenyesha uwomuhungu uwomuhungu amubwira bayikureyo aranka uwomuhungu acahita ava Congo aza i wabo mu burundi mu ntara ya Rumonge none amabwa ariko arabona ateye ubwoba ngahindakugeza Ubu biboneka neza kobiyonda ariwe ayifise birababaje cane Ubu yirirwa mumarira .Bahungu mujagupagasa muje mwicunga ivyo mukora bitazobakwegera.

Kuko Ubu uyumuhungu ahageze yoteze urupfu ,arko nkuko yabitwiganiye afise umugambi wogusubirayo asabe ikigongwe arko ntazi ko bazokimuha.

Musomyi Nuyihe mpanuro woha bahungu bihakana inda?

2 Commentaires

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact