akamaramaza yamuhenze ngo nisugi none vyamuteye gukubitwa arashaya iyinkuru iriko ivugisha benshi




Yamubeshe ko akiri isugi: None agize ngo arapfunduruye impano y'lmana asanga baramaze gupfundurura, amujako n'amahiri arahuragura bazindukanye kwa muganga ivyari umunezero biba bibaye ivyago,

Kenshi nakenshi mungo twama twumvise abenshi bavukana abandi bicana ,Kenshi nakenshi ivyo biba mugihe murugo haba hatariho kumvikana cane habaho ukwinubana arko nkuko abahinga babisigura iyo mukobwa umurongoye atari isugi akenahi abagabo bamana amakenga Yuko nubund akibikora ,arkoo ukubako sukwinubana abisigura ybakobwa muraba mwumva, burya umugabo naho yogutwara azi kutakiri isugi agumana amakenga kuri igihemu cahemukiye lmana

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact